top of page
All Posts


“Bruce, numva nko hari ivyo ndiko ndahomba.” 🇧🇮
Bruce, umugenzi wanje wa hafi cane, uwo Imana yakoresheje kugira yongere ikibatsi c’urukundo rwayo mu mutima wanje nkiri umusore, twari dusanzwe tuja aho urwaruka ruri kugira dusangize Ijambo ry’Imana. Ku bw’umugisha w’Imana, jewe na we twabonye imitima myinshi yakira Yesu. Ndibuka rimwe twagiye kwamamaza ubutumwa mw’ikoraniro ry’urwaruka. Urwaruka rwinshi rwaratuzungurutse. Bruce yatanguye kuvuga, hanyuma ampa ijambo. Nanje navuga, maze nkiri hafi kubura amajambo nkayamusubi


Igihe Imana Igaragara Nk’iyihishije
When God was close, Job did not discern Him, neither did he when He was distant.
bottom of page
